Yeremiya 5:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 “‘Kuko mu bantu banje habonetsemwo abantu b’ababisha+. Baguma bareretse, nk’igihe abatezi b’inyoni babunze+. Bateze umutego uhonya. Bacakira abantu. Mika 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.
26 “‘Kuko mu bantu banje habonetsemwo abantu b’ababisha+. Baguma bareretse, nk’igihe abatezi b’inyoni babunze+. Bateze umutego uhonya. Bacakira abantu.
2 Intahemuka yazimanganye mw’isi, kandi mu bantu nta wugororotse ariho+. Bose babundira gusesa amaraso+. Umwe wese ahigisha urusenga rw’umukwabu mwene wabo+.