Imigani 3:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntube inkerebutsi mu maso yawe bwite+. Tinya Yehova, uce kure ikibi+. Imigani 26:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo. Abagalatiya 6:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko nimba hari uwiyumvira ko hari ico ari kandi ari ubusa+, aba ariko arahenda umuzirikanyi wiwe.
12 Mbega uramaze kubona umuntu yibona ubwiwe ko ari inkerebutsi+? Hari icizigiro ku kijuju+ kuruta kuri uyo.