Imigani 10:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+.
19 Mu murengera w’amajambo ntihaburamwo ukugabitanya+, ariko uwugumya iminwa yiwe aba akoranye ubwenge+.