Imigani 12:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+. Imigani 26:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ikinebwe cavuze ngo: “Hari umukangara w’intambwe mu nzira, intambwe mu bibanza vya bose+.”
24 Ukuboko kw’abanyamwete ni kwo kuzoganza+, mugabo ukuboko kw’ubute kuzoba ukwo gukora ibikorwa vy’agahato+.