Imigani 10:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+. Imigani 11:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.
4 Uwukorana ukuboko kw’ubute azoba ntahonikora+, ariko ukuboko kw’umuntu w’umunyamwete kuzomutungisha+.
25 Uwutanga cane azodoheshwa+, kandi uwuvomēra abandi ku bwinshi na we ubwiwe azovomērwa ku bwinshi+.