Yobu 21:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Ni kangahe itara ry’ababisha rizima+,Vyongeye, ni kangahe icago kibazako?Ni kangahe mw’ishavu ryayo itanga umugabane w’agatikizo+? Imigani 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Uwo wese ahamagarira akabi kuri se na nyina+, itara ryiwe rizozima umwiza wegereje+. Imigani 24:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko ata kazoza kazohaba ku muntu mubi wese+; itara ry’ababisha rizozima+.
17 Ni kangahe itara ry’ababisha rizima+,Vyongeye, ni kangahe icago kibazako?Ni kangahe mw’ishavu ryayo itanga umugabane w’agatikizo+?