Imigani 28:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+. Umusiguzi 5:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubwo butunzi bwarayogeye+ kubera igikorwa c’ivyago, kandi yavyaye umwana ata kintu namba kiri mu kuboko kwiwe+. Yeremiya 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwurondera ubutunzi atabigiranye ubutungane+ ameze nk’inkware yegeranije amagi itataye. Acagatije imisi yiwe, azobusiga+, kandi kw’iherezo ryiwe azoba imburabwenge+.”
8 Uwugwiza ibintu vyiwe vy’agaciro biciye ku nyungu+ no ku kuguranira kwunguka, aba avyegeranirije uwugirira ubutoni abantu batobato+.
14 Ubwo butunzi bwarayogeye+ kubera igikorwa c’ivyago, kandi yavyaye umwana ata kintu namba kiri mu kuboko kwiwe+.
11 Uwurondera ubutunzi atabigiranye ubutungane+ ameze nk’inkware yegeranije amagi itataye. Acagatije imisi yiwe, azobusiga+, kandi kw’iherezo ryiwe azoba imburabwenge+.”