Zaburi 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Vyongeye, umusavyi wawe yaburiwe na zo+;Kuzubahiriza birimwo impera nini+. 2 Yohani 8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.
8 Mwiyubare, kugira ngo ntimutakaze ibintu twashitseko biciye ku gikorwa twakoze, mugabo kugira muronke impembo yuzuye+.