Imigani 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.
19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.