Imigani 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwurima ubutaka bwiwe azohaga umukate+, mugabo uwukurikirana ibintu ata co bimaze ntagira umutima+.
11 Uwurima ubutaka bwiwe azohaga umukate+, mugabo uwukurikirana ibintu ata co bimaze ntagira umutima+.