Zaburi 128:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko uzorya ibivuye mu bucumukure bw’amaboko yawe+.Uzoba uwuhiriwe, kandi bizokugendera neza+. Imigani 28:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+. Abanyefeso 4:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.
19 Uwurima ubutaka bwiwe azogira umukate ukwiye+, uwukurikirana ibintu ata co bimaze na we azogira ubworo bukwiye+.
28 Uwiba ntiyongere kwiba+, ahubwo nakore cane, akoreshe amaboko yiwe igikorwa ciza+, kugira aronke ico aha uwuri mu mukeno+.