1 Samweli 25:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 None mfate umukate+ wanje, n’amazi yanje, n’inyama zanje zibazwe nabagiye abakemuzi banje, ndabihe abagabo ntazi n’iyo bava+?” 1 Abami 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!”
11 None mfate umukate+ wanje, n’amazi yanje, n’inyama zanje zibazwe nabagiye abakemuzi banje, ndabihe abagabo ntazi n’iyo bava+?”
2 Yezebeli aca atuma intumwa kuri Eliya ati: “Imana zingirire gutyo+, mbere n’ibirenze ivyo+, ejo nk’aya mango ubuzima bwawe nintabugira nk’ubuzima bw’umwumwe wese muri bo!”