Itanguriro 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+. Yesaya 60:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.
6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.
14 “Abana b’abaguteza amarushwa bazotegerezwa kuza kuri wewe bakwunamira+; abakugaya bose bazotegerezwa gukubita inkoro hasi imbere y’ubworo bw’ibirenge vyawe+, kandi bazobwirizwa kukwita igisagara ca Yehova, Siyoni+ y’Umweranda wa Isirayeli.