Imigani 17:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+. Imigani 29:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ikijuju kirekura umutima waco wose, mugabo umuntu w’inkerebutsi atuma uguma utekanye gushika kw’iherezo+. Yakobo 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mumenye ibi, bene wacu bakundwa. Umuntu wese atebuke kwumva, atebe kuvuga+, atebe kuraka+;
27 Uwo wese atangira amajambo yiwe aba afise koko ubumenyi+, kandi umuntu w’ugutahura agira umutima utekanye+.
11 Ikijuju kirekura umutima waco wose, mugabo umuntu w’inkerebutsi atuma uguma utekanye gushika kw’iherezo+.