Imigani 25:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nka kurya kw’igisagara kimenywe, kitagira uruhome, ni ko umuntu adatangira umutima* wiwe amera+. Umusiguzi 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ntiwihute kubabara mu mutima wawe+, kuko ukubabara ari kwo gucumbitse mu gikiriza c’ibijuju+.