ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 37:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 Akanwa k’umugororotsi ni ko kavuga ubukerebutsi n’ijwi ritoyi+,

      Kandi ururimi rwiwe ni rwo rucisha aho ukuri kuri+.

  • Matayo 10:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ico mbabwiriye mu mwiza, mukivugire mu muco; kandi ico mwumvise kivugwa mu bwongoshwe, mucamamarize hejuru ku mazu+.

  • Abaroma 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kuko umutima+ ari wo umuntu yizeresha kugira ngo aronke ubugororotsi, mugabo akanwa kakaba ari ko yaturisha icese+ kugira ngo aronke ubukiriro.

  • 2 Timoteyo 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika