Matayo 12:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.
34 Mwa ruvyaro rw’imamba mwe+, mushobora gute kuvuga ibintu vyiza kandi muri babi+? Kuko ibibogaboga mu mutima ari vyo akanwa kavuga+.