Gusubira mu vyagezwe 28:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+. Yobu 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kubera iki ntapfuye nkiva mu gitereko+?Kubera iki ntavuye mu nda ngaca ncikana?
67 Bukeye uzovuga uti: ‘Icompa bukira!’, bwije na ho uti: ‘Icompa bugaca!’, kubera ubwoba bwo mu mutima wawe buzoba bugutekeye, no kubera ivyo uzobona n’amaso yawe+.