Imigani 26:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Urwanko rupfukwa n’ubuhendanyi. Ububi bwiwe buzopfukurwa mw’ishengero+. Luka 7:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza.
36 Umwe mu Bafarizayo rero aguma amusaba gusangira na we ibifungurwa. Nuko yinjira mu nzu+ kwa nya Mufarizayo, hanyuma aja ku meza.