Matayo 26:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Igihe Yezu yari i Betaniya+ mu nzu ya Simoni umunyamibembe+, Luka 11:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Aho amariye kuvuga ivyo, Umufarizayo umwe amusaba gusangira+ na we ibifungurwa vyo ku mutaga. Nuko arinjira, aja ku meza.
37 Aho amariye kuvuga ivyo, Umufarizayo umwe amusaba gusangira+ na we ibifungurwa vyo ku mutaga. Nuko arinjira, aja ku meza.