Imigani 8:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Mugabo uwumbuze aba yigiriye nabi+; abanyanka urunuka bose ni abakunda urupfu koko+.” Imigani 23:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ukwiye rero kumukubita inkoni, kugira urokore ubuzima bwiwe ubukize ukuzimu+.