Zaburi 37:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuragize Yehova inzira yawe+,Kandi umwizigire+, na we ubwiwe azogira ico akoze+. Zaburi 55:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+. Matayo 6:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+. Abafilipi 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+; 1 Petero 5:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 muterere amaganya+ yanyu yose kuri yo, kuko ibababara+.
22 Terera umuzigo wawe kuri Yehova ubwiwe+,Na we ubwiwe azogushigikira+.Ntazokwigera yemera ko umugororotsi anyiganyiga+.
33 “Gume rero mubanza kurondera ubwami n’ubugororotsi bw’Imana+, ivyo bindi vyose na vyo muzovyongerwa+.
6 Ntimwiganyire ku kintu na kimwe+, ahubwo muri vyose, mu gusenga no mu gutakamba+ hariko n’ugukenguruka, ivyo musaba bimenyeshwe Imana+;