Umusiguzi 9:1 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kuko nashize ibi vyose ku mutima, mbere kugira ngo ndondere ibi vyose+: yuko abagororotsi n’inkerebutsi be n’ibikorwa vyabo biri mu kuboko kw’Imana y’ukuri+. Abantu ntibazi urukundo canke urwanko vyariho vyose imbere y’uko babaho+. Gucura intimba 3:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ni nde none yavuze ngo ikintu kibe kandi Yehova ubwiwe atabitegetse+? Yakobo 4:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ahubwo mwari mukwiye kuvuga muti: “Nimba Yehova abigomba+, tuzobaho, dukore iki canke kiriya+.”
9 Kuko nashize ibi vyose ku mutima, mbere kugira ngo ndondere ibi vyose+: yuko abagororotsi n’inkerebutsi be n’ibikorwa vyabo biri mu kuboko kw’Imana y’ukuri+. Abantu ntibazi urukundo canke urwanko vyariho vyose imbere y’uko babaho+.