Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Zaburi 143:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nyigisha gukora ukugomba kwawe+,Kuko uri Imana yanje+.Impwemu yawe ni nziza+;Ninyobore mu gihugu c’ukugororoka+. Yohani 4:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Yezu ababwira ati: “Ibifungurwa vyanje+ ni ugukora ukugomba+ kw’uwandungitse no kurangiza igikorwa ciwe+. Ivyakozwe 18:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 ahubwo yarabasezeye+, ababwira ati: “Nzogaruka iwanyu, nimba Yehova abigomba+.” Afata ikiyaga ava i Efeso
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.
10 Nyigisha gukora ukugomba kwawe+,Kuko uri Imana yanje+.Impwemu yawe ni nziza+;Ninyobore mu gihugu c’ukugororoka+.
34 Yezu ababwira ati: “Ibifungurwa vyanje+ ni ugukora ukugomba+ kw’uwandungitse no kurangiza igikorwa ciwe+.
21 ahubwo yarabasezeye+, ababwira ati: “Nzogaruka iwanyu, nimba Yehova abigomba+.” Afata ikiyaga ava i Efeso