ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ubugorame buri mu mutima wiwe+. Yama ariko arementanya ikibi igihe cose+. Aguma yandurutsa amahane+.

  • Daniyeli 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ico gihe, nya bategetsi bakurubakuru n’abakuru b’intara baguma barondera kuronka urwitwazo rwo kwagiriza Daniyeli ku bijanye n’ubwami+; ariko ntibashobora kuronka urwitwazo na rumwe canke ikintu kibi na kimwe, kuko yari umwizigirwa kandi akaba ata rwangara canke ikintu kibi na kimwe vyabonetse muri we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika