Imigani 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ingingo ihumetswe ikwiye kuba ku minwa y’umwami+; mu rubanza akanwa kiwe ntigakwiye kuba akatizigirwa+. Imigani 29:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Aho umutware atega ugutwi amajambo y’ikinyoma, abamukorera bose baba ababisha+.
10 Ingingo ihumetswe ikwiye kuba ku minwa y’umwami+; mu rubanza akanwa kiwe ntigakwiye kuba akatizigirwa+.