ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Kandi, niyafata icicaro ciwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, aze yiyandikire mu gitabu ikopi y’iri tegeko afatiye ku rijejwe abaherezi, Abalewi+.

  • 2 Samweli 23:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Impwemu ya Yehova ni yo yavuze biciye kuri jewe+,

      Kandi ijambo ryiwe ryari ku rurimi rwanje+.

  • 1 Abami 3:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 Nuko Isirayeli yose yumva iyo ngingo y’ubutungane+ umwami yari yashikirije; maze baratinya kubera umwami+, kuko babona yuko ubukerebutsi+ bw’Imana bwari muri we, kugira ashitse ingingo y’ubutungane.

  • Zaburi 72:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 72 Ewe Mana, nuhe umwami ingingo zawe z’ubutungane+,

      Uhe ubugororotsi bwawe umwana w’umwami+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika