Imigani 9:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Umuntu atazi utuntu n’utundi wese, nakebereze ng’aha+.” Uwutagira umutima wese+, bwamubwiye buti: Umusiguzi 10:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Vyongeye kandi, mu nzira yose igipfu kigenderamwo+, umutima waco urabura, kikabwira umuntu wese ko ari igipfu+.
3 Vyongeye kandi, mu nzira yose igipfu kigenderamwo+, umutima waco urabura, kikabwira umuntu wese ko ari igipfu+.