ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 10:31
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 31 Akanwa k’umugororotsi, kama icamwa c’ubukerebutsi+, ariko ururimi rugoramye ruzorandurwa+.

  • Imigani 18:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Iminwa y’ikijuju yinjira mu mitongano+, kandi akanwa kaco gahamagara inkoni+.

  • Umusiguzi 10:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Amajambo y’akanwa k’umuntu w’inkerebutsi avamwo ubutoni+, mugabo iminwa y’ikijuju irakimira+.

  • Yakobo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mugabo ururimi, nta n’umwe mu bantu ashobora kurugunda. Ni ikintu kibi c’akagaramaruganda, cuzuye ubumara bwica+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika