Imigani 10:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Akanwa k’umugororotsi ni isôko ry’ubuzima+, ariko akanwa k’ababisha gapfuka ubukazi+. Imigani 20:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inama mu mutima w’umuntu ni nk’amazi ari kure epfo+, mugabo umuntu ari n’ugutahura arayivoma+.