Imigani 28:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Uwambura ibintu se na nyina+ akavuga ngo: “Si ukugabitanya+,” ni umugenzi w’umuntu atera guhona.