2 Samweli 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nuko umwami avuga ati: “None mwene shobuja ari hehe+?” Maze Ziba abwira umwami ati: “Ehe yibereye i Yeruzalemu; kuko yavuze ngo: ‘Uno musi inzu ya Isirayeli iransubiza ingoma ya dawe+.’”
3 Nuko umwami avuga ati: “None mwene shobuja ari hehe+?” Maze Ziba abwira umwami ati: “Ehe yibereye i Yeruzalemu; kuko yavuze ngo: ‘Uno musi inzu ya Isirayeli iransubiza ingoma ya dawe+.’”