2 Samweli 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko Abusalomu amara imyaka ibiri yuzuye aba i Yeruzalemu, ntiyabona mu maso h’umwami+. Ivyakozwe 15:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Haca haba ugutomboka kw’ishavu gukaze, ku buryo batandukana; hanyuma Barunaba+ ajana Mariko, bafata ubwato baja i Shipure+.
39 Haca haba ugutomboka kw’ishavu gukaze, ku buryo batandukana; hanyuma Barunaba+ ajana Mariko, bafata ubwato baja i Shipure+.