Gusubira mu vyagezwe 34:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Inyuma y’ivyo Musa umusavyi wa Yehova+ apfira ng’aho mu gihugu ca Mowabu, kw’itegeko rya Yehova+. Yobu 14:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Imisi yiwe iyo ishinzwe+,Igitigiri c’amezi yiwe kiba kiri iwawe.Itegeko waramushiriyeho ngo ntarenge. Yohani 7:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mwebwe nimuduge ku musi mukuru; jewe ntiharagera ko nduga kuri uwo musi mukuru, kubera ko igihe canje+ kitaragera neza+.”
5 Imisi yiwe iyo ishinzwe+,Igitigiri c’amezi yiwe kiba kiri iwawe.Itegeko waramushiriyeho ngo ntarenge.
8 Mwebwe nimuduge ku musi mukuru; jewe ntiharagera ko nduga kuri uwo musi mukuru, kubera ko igihe canje+ kitaragera neza+.”