Yeremiya 33:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+. Hoseya 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nimuze dusubire kuri Yehova+, kuko ari we yadutabaguye+ mugabo azodukiza+. Yagumye adukubita, mugabo azodutubika+. Ivyahishuwe 22:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.
6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+.
6 “Nimuze dusubire kuri Yehova+, kuko ari we yadutabaguye+ mugabo azodukiza+. Yagumye adukubita, mugabo azodutubika+.
2 rumanuka hagati mu nzira yagutse ya nya gisagara. Kandi hakuno y’urwo ruzi no hakurya hari ibiti+ vy’ubuzima vyera incuro cumi na zibiri mu mwaka, bikama ivyamwa vyavyo buri kwezi+. Amababi ya nya biti na yo yari ayo kuvūra amahanga+.