Zaburi 139:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Mbega sinanka abakwanka urunuka ga Yehova+?Mbega sinshishwa n’abakugarariza+? Abaroma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Urukundo+ rwanyu ntirubemwo ubwiyorobetsi+. Muzinukwe ikibi+, mwumire ku ciza+.