Umusiguzi 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Ni inyungu nki umuntu afise mu gikorwa ciwe c’ubutame cose akora+ agatama munsi y’izuba+? Umusiguzi 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ibi na vyo nyene ni icago kibi rwose: nk’uko umuntu yaje, ni ko azogenda; kandi ni inyungu nki ihari ku wuguma akora agatama akorera umuyaga+?
16 Kandi ibi na vyo nyene ni icago kibi rwose: nk’uko umuntu yaje, ni ko azogenda; kandi ni inyungu nki ihari ku wuguma akora agatama akorera umuyaga+?