ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Hoseya 8:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ko baguma babiba umuyaga, bazoshwabura umuyaga w’ikirura+. Nta na kimwe camako intete+. Nta munago n’umwe utanga umwimbu w’ifu+. N’uworamuka uwutanze, ab’ahandi bazowumira miyonzwa+.

  • Matayo 16:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mbega umuntu vyomumarira iki niyunguka isi yose mugabo agaheba ubuzima bwiwe+? Canke umuntu yotanga iki ngo arokore+ ubuzima bwiwe?

  • Mariko 8:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Mu vy’ukuri, umuntu vyomumarira iki kwunguka isi yose agaheba ubuzima bwiwe+?

  • Yohani 6:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ntimukorere ibifungurwa bibora+, ahubwo mukorere ibifungurwa bigumaho ku bw’ubuzima budahera+, ivyo Umwana w’umuntu azobaha; kuko kuri uwo ari ho Data, Imana, yashize ikidodo c’ugushimwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika