Yeremiya 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Babivye ingano, mugabo bashwabura amahwa+. Barakoze baratama gushika n’aho barwara; nta co bazokwunguka+. Ntibazobura kumaramazwa n’imyimbu yanyu kubera ishavu rirurumba rya Yehova.”
13 Babivye ingano, mugabo bashwabura amahwa+. Barakoze baratama gushika n’aho barwara; nta co bazokwunguka+. Ntibazobura kumaramazwa n’imyimbu yanyu kubera ishavu rirurumba rya Yehova.”