Abalewi 26:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. Mika 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Uzobiba imbuto mugabo ntuzoshwabura. Uzoganisha ibirenge imyelayo, mugabo ntuzokwisiga amavuta; uzogana n’umuvinyu usosa, mugabo ntuzonywa umuvinyu+. Hagayi 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”
16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+.
15 Uzobiba imbuto mugabo ntuzoshwabura. Uzoganisha ibirenge imyelayo, mugabo ntuzokwisiga amavuta; uzogana n’umuvinyu usosa, mugabo ntuzonywa umuvinyu+.
6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”