ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 28:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 “Uzojana imbuto nyinshi mu murima, ariko wimbure duke+, kuko inzige zizobiyogeza+.

  • Yeremiya 12:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Babivye ingano, mugabo bashwabura amahwa+. Barakoze baratama gushika n’aho barwara; nta co bazokwunguka+. Ntibazobura kumaramazwa n’imyimbu yanyu kubera ishavu rirurumba rya Yehova.”

  • Yoweli 1:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Umurima wanyazwe+, ubutaka bwagiye mu kigandaro+; kuko intete zinyazwe, umuvinyu mushasha wakamijwe+, amavuta yadorongeye+.

  • Amosi 5:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ku bw’ivyo rero, ko mwaka umuntu mutoyi indishi yo gukōta umurima, mukaguma mumutwara intete bwa kibuguro+, mwariyubakiye amazu y’amabuye abajwe+, mugabo ntimuzoguma muyabamwo; mwaritereye imirima myizamyiza y’imizabibu, mugabo ntimuzoguma munywa umuvinyu wayo+.

  • Hagayi 1:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Mwabivye imbuto nyinshi, mugabo mwimbura bike+. Murarya, mugabo ntimuhaga+. Muranywa, mugabo ntimushika aho muborerwa. Murambara impuzu, mugabo nta n’umwe asusuruka; kandi uwuca ingero ayicira mw’isaho itobaguritse+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika