1 Abami 21:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.” Zaburi 82:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Muzogeza ryari kuguma muca imanza mu karenganyo+No kugira nkunzi ku babisha+? Sela. Zaburi 94:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Bagaba ibitero bikaze ku buzima bw’umugororotsi+,Amaraso y’intungane bakayita amabisha+. Yesaya 59:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ubutungane bwahatiwe gusubira inyuma+, ubugororotsi na bwo buguma bwihagarariye kure+. Kuko ukuri kwatsitaye mu kibanza ca bose, kandi ikigororotse ntigishobora kwinjira+. Mika 7:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe. Matayo 26:59 Bibiliya y’isi nshasha 59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,
10 Hanyuma mwicarike imbere yiwe abagabo babiri+, abantu b’imburakimazi+, maze bashinge intahe imwagiriza+ bati: ‘Wavumye Imana n’umwami+!’ Muheze mumusohore, mumutere amabuye kugira apfe+.”
14 Ubutungane bwahatiwe gusubira inyuma+, ubugororotsi na bwo buguma bwihagarariye kure+. Kuko ukuri kwatsitaye mu kibanza ca bose, kandi ikigororotse ntigishobora kwinjira+.
3 Amaboko yabo ari ku kibi, kugira agikore neza+; umuganwa ari n’ico asaba, uwuca urubanza abigira ku bw’impera+, kandi uwuhambaye avuga ivyo umutima wiwe uhahamiye, uwiwe bwite+; ukwo ni ko babijishira hamwe.
59 Muri uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’Inama Nkuru* yose bariko barondera ibirego vy’ikinyoma bagiriza Yezu kugira bamwice+,