Gusubira mu vyagezwe 31:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko. Ivyakozwe 17:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+. Yakobo 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mumenye ibi, bene wacu bakundwa. Umuntu wese atebuke kwumva, atebe kuvuga+, atebe kuraka+;
12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko.
11 Ariko bano bari n’agatima keza kuruta ab’i Tesalonika, kuko bakiriye ijambo babishashaye cane gusumba, basuzuma+ Ivyanditswe+ ku musi ku musi bavyitondeye ngo barabe ko ivyo ari ko biri+.