Zaburi 33:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Abo kw’isi bose nibatinye Yehova+.Ababa ku butaka bwimbuka bose nibamugirire ubwoba+. Imigani 23:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Umutima wawe ntiwumvire agashari abacumuzi+, ahubwo nutinye Yehova burinde bwira+. Umusiguzi 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyiza ni uko wofata kimwe, mugabo n’ico kindi ntugikureko ukuboko kwawe+; kuko uwutinya Imana azobijana vyose+. Umusiguzi 12:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo. Yesaya 50:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.
18 Vyiza ni uko wofata kimwe, mugabo n’ico kindi ntugikureko ukuboko kwawe+; kuko uwutinya Imana azobijana vyose+.
13 Insozero y’ibintu, inyuma yo kwumva ibintu vyose, ni iyi: Tinya Imana y’ukuri+ kandi ugumye amabwirizwa yayo+. Kuko ivyo umuntu ategerezwa vyose ari ivyo.
10 Ni nde muri mwebwe atinya+ Yehova, akumviriza ijwi ry’umusavyi wiwe+, akaba yagendeye mu mwiza w’urudaca+ kandi ntabone ukwakaka? Niyizigire izina rya Yehova+, yishimikize Imana yiwe+.