Matayo 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.” Matayo 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri ico kiringo Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato+. Abigishwa biwe barasonza hanyuma batangura kumyoza uduhundo tw’intete, bararya+. Abafilipi 4:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ukugira ibitegereka kwanyu+ kumenyekane ku bantu bose. Umukama ari hafi+.
19 Umwana w’umuntu yaje arya, anywa+, mugabo abantu bavuga ngo: ‘Ehe umukunzi w’inda kandi yatwawe n’umuvinyu, umugenzi w’abatozakori n’abacumuzi+.’ Ariko ubukerebutsi bwerekanwa ko bugororotse n’ibikorwa vyabwo+.”
12 Muri ico kiringo Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato+. Abigishwa biwe barasonza hanyuma batangura kumyoza uduhundo tw’intete, bararya+.