Kuvayo 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Kandi ku musi wa mbere muze mugire ihwaniro ryeranda, no ku musi ugira indwi ihwaniro ryeranda+. Nta gikorwa kizokorwa kuri iyo misi+. Ibijanye gusa n’ivyo umuntu wese akenera kurya, ivyo vyonyene ni vyo mushobora gukora+. Gusubira mu vyagezwe 23:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Niwaja mu murima w’intete zigihagaze za mugenzawe, uze uhuruture gusa amahundo yeze n’ukuboko kwawe, mugabo ntuze ucishe agakero mu murima w’intete zigihagaze za mugenzawe+. Luka 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma rero kw’isabato yariko aca mu mirima y’ingano, abigishwa biwe na bo bakaba bariko bamyoza uduhundo tw’intete+ bongera barya, batuvungurira mu minwe yabo+.
16 Kandi ku musi wa mbere muze mugire ihwaniro ryeranda, no ku musi ugira indwi ihwaniro ryeranda+. Nta gikorwa kizokorwa kuri iyo misi+. Ibijanye gusa n’ivyo umuntu wese akenera kurya, ivyo vyonyene ni vyo mushobora gukora+.
25 “Niwaja mu murima w’intete zigihagaze za mugenzawe, uze uhuruture gusa amahundo yeze n’ukuboko kwawe, mugabo ntuze ucishe agakero mu murima w’intete zigihagaze za mugenzawe+.
6 Hanyuma rero kw’isabato yariko aca mu mirima y’ingano, abigishwa biwe na bo bakaba bariko bamyoza uduhundo tw’intete+ bongera barya, batuvungurira mu minwe yabo+.