Matayo 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Muri ico kiringo Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato+. Abigishwa biwe barasonza hanyuma batangura kumyoza uduhundo tw’intete, bararya+. Luka 6:1 Bibiliya y’isi nshasha 6 Hanyuma rero kw’isabato yariko aca mu mirima y’ingano, abigishwa biwe na bo bakaba bariko bamyoza uduhundo tw’intete+ bongera barya, batuvungurira mu minwe yabo+.
12 Muri ico kiringo Yezu aca mu mirima y’ingano kw’isabato+. Abigishwa biwe barasonza hanyuma batangura kumyoza uduhundo tw’intete, bararya+.
6 Hanyuma rero kw’isabato yariko aca mu mirima y’ingano, abigishwa biwe na bo bakaba bariko bamyoza uduhundo tw’intete+ bongera barya, batuvungurira mu minwe yabo+.