Zaburi 49:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kuko iyo apfuye ata na kimwe ashobora kujana+;Ubuninahazwa bwiwe ntibuzomanukana na we+. Luka 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’ 1 Timoteyo 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko ata co twazanye mw’isi, kandi nta na kimwe dushobora kuyikuramwo+.
20 Mugabo Imana imubwira iti: ‘Wa kijuju we, iri joro barakwaka ubuzima bwawe+. None ibintu warunze bizoba ivya nde+?’