Yobu 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Canke, nka kurya kw’inda ikorotse mu mpisho+, simba narabayeho,Nka kurya kw’abana batabonye umuco+. Umusiguzi 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Abo bompi rero barutwa n’uwutarabaho+, atabonye igikorwa c’ivyago gikorerwa munsi y’izuba+.
16 Canke, nka kurya kw’inda ikorotse mu mpisho+, simba narabayeho,Nka kurya kw’abana batabonye umuco+.