Yeremiya 17:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Azoba vy’ukuri nk’igiti c’inyakamwe mu kiyaya c’ubugaragwa kandi iciza nicaza ntazobibona+; mugabo azoba koko ahantu hagadutse mu gahinga, mu gihugu c’umunyu ata wukibamwo+.
6 Azoba vy’ukuri nk’igiti c’inyakamwe mu kiyaya c’ubugaragwa kandi iciza nicaza ntazobibona+; mugabo azoba koko ahantu hagadutse mu gahinga, mu gihugu c’umunyu ata wukibamwo+.